Ubushinwa bugiye kugira ingere ku yindi buhangana na Amerika mu ngwano y'Ubudandaji?

Ubushinwa buvuga ko budakangishwa n'iterabwoba rya Amerika rituruka ku ngwano y'ubudandaji, kandi ko bwamaze kuyitegurira.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2pw0Ojl
via IFTTT

No comments:

Post a Comment