Icirwa cerekana ko abapfasoni bo muri Kenya barahatirwa kwica abana bavukanye ubumuga

Icigwa gishasha casanze hafi ica kabiri c'abapfasoni bo muri Kenya bavyaye abana bafise ubumuga barahatiwe kubica.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2NIky1D
via IFTTT

No comments:

Post a Comment