Perezida Magufuli yirukanye inama nyobozi igenzura ukwunguruza abantu ku kiyaga inyuma y'urupfu rw'abantu 224

Umukuru w'igihugu ca Tanzaniya John Magufuli yahagaritse mu mabanga abagize inama nyobozi y'ikigo kigenzura ukwunguruza abantu ku kiyaga, inyuma yaho habereye isanganya ry'ubwato, abantu 224 bagapfa mu ndwi iheze.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2NAEof7
via IFTTT

No comments:

Post a Comment