Ibyo Unai Emery yakoreye imbere y’itangazamakuru byatangaje benshi mu bafana ba Arsenal.

Umutoza mushya w’ikipe ya Arsenal witwa Unai Emery yaraye atunguye benshi mu bafana b’iyi kipe bitewe n’ibyo yakoreye imbere y’itangazamakuru ubwo yari ari mu kiganiro n’itangazamakuru yitegura umukino ikipe ya Arsenal izahuramo n’ikipe ya Cardiff muri iyi wikendi.

Ubwo uyu mugabo ukomoka mu gihugu cya Espagne yari ari gusubiza bimwe mu bibazo yari yabajijwe n’itangazamakuru, telefoni igendanwa y’umwe mu banyamakuru (wari wayiteretse ku meza ya Unai Emery kugirango ifate amajwi y’uyu mutoza) yaje gusona.Maze Unai Emery ahita abaza nyiri telefoni, umwe mu banyamakuru ahita asubiza mu ijwi riranguruye agira ati:”Ni Ozil, Mbese ejo azakina (Ozil)?”


Uyu mutoza yahise agira ati:”Ngiye kuyitaba.Unai Emery yahise yitaba telefoni atangaza ko ari John Spencer wari uyihamagaye maze bagirana ikiganiro gikurikira : « Ok, Mwaramutse, Mwiriwe ?
: « Bite ? Nitwa Unai Emery. Amakuru yawe ? Turi mukazi.

Nyuma y’uko Unai Emery abwiye John Spencer aya magambo, John Spencer yahise akupa telefoni.Iki gikorwa kikaba cyatunguye cyane abanyamakuru basigaye baseka ndetse banacyishimiye cyane.



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2NCsEoD
via IFTTT

Umusururu ukozwe mu mazirantoke y'uruyoya ni mwiza ku magara

Abashakashatsi ba Amerika bamenyesha ko vuba tuzoyasanga mu kivuguto canke umusururu.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2PmhG72
via IFTTT

Ibitero ku Banyamahanga Vyihaye Inkumbi muri Afurika y'Epfo

Ibitero ku banyamahanga baba mu gihugu cya Afurika y’epfo byarakomeje mu cyumweru gishize. Abanyamahanga bane ni bo bahitanwe n’ibyo bitero aho abanyafurika y’epfo babashinja kubatwara imirimo. Ibyo bitero byakomeje kwenyegezwa n’amashyaka ya politiki y’abahezanguni mu rugendo bakoreye mu mujyi wa Johanesburg basaba ko abimukira bahambirizwa bagasubizwa iwabo mbere y’uko uyu mwaka urangira. Nyuma y’urwo rugendo abimukira bo mu gace ka Soweto bahise bibasirwa barahohoterwa, abashinzwe umutekano bataye muri yombi abantu bagera kuri 27 bari bihishe inyuma y’ibyo bikorwa by’ubugizi bwa nabi. Bamwe mu bimukira bakomoka muri Malawi, bavuga ko baza bagakora utuzi abanyafurika y’epfo baba binenaguza gukora, kandi ko abenshi birirwa mu tubari banywa amayoga bahembera inzangano zidafite ishingiro. Abimukira bagera kuri miliyoni 2 ni bo babaruwe ko batuye muri Afurika y’epfo, n’ubwo usanga bashinjwa kwiba imirimo y’abenegihugu. Gusa, ubushakashatsi bugaragaza ko ahubwo abimukira benshi bihangira imirimo muri icyo gihugu kandi atari nabo ntandaro y’urugomo rwa hato na hato muri Afurika y’epfo. Amashyaka ari ku isonga muri Afurika y’epfo akomeje kwamaganira kure iryo vangura n’inzangano bihemberwa n’udushyaka duto tuba twishakira abayoboke.    

from Voice of America https://ift.tt/2PitI16
via IFTTT

Kwibuka ubwanyuma Aretha Franklin umuririmvyi rurangiranwa w’umunyamerikakazi mu muziki wa Soul



from Voice of America https://ift.tt/2NAMCA3
via IFTTT

Muri Afrika y'epfo, abagore b'aba islamu boba bagiye gutunganirizwa

Mu gihe aba islamu babishoboye barekurirwa n'idini ryabo guharika, ibibazo vy'amatungo ni imwe mu ngorane iyo umuryango usambutse.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Ppa3N1
via IFTTT

Abanyamulenge Barahunga Ibitero vy'Aba Mai-Mai

Abakongomani bo mu bwoko bw’abanyamulenge bagera kuri 39 baraye ijoro rya mbere ryo kuri uyu wa kane imbere y’ibiro vya komine Rugombo y’intara ya Cibitoke. Abo ba Nyamulenge bagizwe n’imiryango umunani babwiye Ijwi ry’Amerika ko bahunga intambara n’ubugizi bwa nabi bavuga ko bagirirwa n’abagwanyi b’aba Mai-Mai mu kubaturirira amazu no kubanyaga ibitungwa. Umunyamabanga wa musitanteri wa komine Rugombo, Niyonzima Ulimwenngu, avuga ko izo mpunzi zaje ziva hakurya ya Rusizi, zishitse ku butaka bw’Uburundi zakirwa kandi zigafashwa. Izo mpunzi zishasha z’abakongomani zisanze mu Burundi izindi zigera ku bihumbi 45.100 nk’uko bishikirizwa n’ishirahamwe mpuzamakungu HCR ryitaho impunzi kw’isi. Inkuru y'umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerikamu ntara ya Cibitoke Evariste Nzikobanyanka.    

from Voice of America https://ift.tt/2PUF8tm
via IFTTT

Ikizida ca Senatiri McCain Cashikanywe mu Namanshingamateka ya Amerika



from Voice of America https://ift.tt/2C4lPKX
via IFTTT

Koreya Zompi Zitegura Uyundi Mubonano

Koreya y’epfo imenyesha ko igiye kurungika intumwa idasanzwe muri Koreya ya ruguru mu ndwi iza kuganira integuro y’inama igira gatatu hagati y’abategetsi b’ivyo bihugu. Umuvugizi wa Perezida wa Koreya y’epfo yatangaje kuri uyu wa gatanu ko iyo ntumwa izoshika i Pyongyang ku musi wa gatatu kuganira ku bibazo bitari bike harimwo no gushinga isango abo bategetsi bazobonanirako. Perezida wa Koreya y’Epfo Moon Jae-in n’uwa Koreya ya ruguru Kim Jong-un baremeranije mu nama yabahuje mu kwezi kwa kane i Panmunjom ko Moon azogendera Pyongyang mu mpera z’uyu mwaka.

from Voice of America https://ift.tt/2NDZHbY
via IFTTT

Ubushinwa Buriko Butegura Inama n'Abategetsi ba Afrika

Ubushinwa buriko burategura inama izobuhuza n’abategetsi b’ibihugu vya Afrika hamwe n’abaserukira abikorera utwabo mu ndwi iza. Akaryo gakomeye Perezida Xi Jinping azoba aronse ko gusigira imigambi yiwe y’iterambere ku mugabane wa Afrika. Ubushinwa bumaze imyaka itanu bwaratanguje imigambi y’inyubako n'amabarabara hamwe n’iyindi migambi y’ubudandaji bizotwara imiriyaridi ibihumbi bitatu vy’amadolari. Gushika iki gihe, ibihugu bishika kw’icenda ku mugabane wa Afrika biramaze gutera imikono kuri iyo migambi y’inyubako no guca amabarabara n’Ubushinwa mugihe ibindi mirongo ibiri bikiri mu biganiro. Muri iyi nama, abakurikiranira hafi ubwo bucuti hagati y’Ubushinwa na Afrika biteze ko ingurane nshasha hamwe n’imigambi mishasha kuri Afrika bizotangazwa kandi bivugwa ko Ubushinwa buzonebagurwa ku mayeri yabwo yo gutega imitego ibihugu vya Afrika bibufitiye amadeni. Amakuru ava mu batagetsi b’Ubushinwa avuga ko abakuru b’ibihugu barenga 30 hamwe n’abanyamitahe 700 aribo bitezwe muri iyo nama. Mu nama ya nyuma, yabereye i Johannesburg mu mwaka w’2015, Ubushinwa bwemeye gutanga ingurane ingana n’imiriyaridi mirongo itandatu z’amadolari hamwe no gushinga imitahe.    

from Voice of America https://ift.tt/2LKI3Bg
via IFTTT

Ubushinwa Buriko Butegura Inama n'Abategetsi ba Afrika

Ubushinwa buriko butegura inama izobuhuza n’abategetsi n’ibihugu vya Afrika hamwe n’abaserukira abikorera utwabo mu ndwi iza. Akaryo gakomeye Perezida Xi Jinping azoba aronse ko gusigura imigambi yiwe y’iterambere ku mugabane wa Afrika. Ubushinwa bumaze imyaka itanu bwaratanguje imigambi y’inyubako no kwubaka amabarabara hamwe n’iyindi migambi y’ubudandaji bizotwara imiriyaridi ibihumbi bitatu vy’amadolari. Gushika iki gihe, ibihugu bishika kw’icenda ku mugabane wa Afrika biramaze gutera imikono kuri iyo migambi y’inyubako no guca amabarabara n’Ubushinwa mu gihe ibindi mirongo ibiri bikiri mu biganiro. Muri iyi nama, abakwirikiranira hafi ubwo bucuti hagati y’Ubushinwa na Afrika biteze ko ingurane nshasha hamwe n’imigambi mishasha kuri Afrika bizotangazwa kandi bivugwa ko Ubuhinwa buzonebagurwa ku mayeri yabwo yo gutega imitego ibihugu vya Afrika bibufitiye amadeni.  

from Voice of America https://ift.tt/2PTmHVC
via IFTTT

Kenya: Theresa May Kumwe n'Aba Scouts mw'Ihimiriza ryo Kurwanya Amashashe

Umushikiranganji wa mbere w'Ubwongereza Theresa May yabonanye n'urwaruka ruri mu muhari w'aba scout ruri mu mahimiriza yo kurwanya ikoreshwa ry'amashashe mu ntumbero yo kubahiriza ibidukikije muri Kenya. Kuva mu 1988, May niwe mutegetsi wa mbere w'Ubwongereza agendeye ico gihugu bwahoze bukoroninje

from Voice of America https://ift.tt/2C0Z0I4
via IFTTT

Bobi Wine Yabujijwe Kuja Kwivuriza mu Mahanga

Abishigikiye umushingamateka akomeye atavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Uganda, Robert Kyagulanyi, azwi kw’izina rya Bobi Wine bihereje amabarabara y’i Kampala, kuri uyu wa gatanu. Ni inyuma y’aho igiporisi congeye kumuhagarika ariko aragerageza kuva mu gihugu ngo aje kwivuriza mu mahanga. Robert Kyagulanyi, yahagaritswe ari ku kibuga c’indege i Kampala ku musi wa kane mw’ijoro.  Umushingwamanza wiwe yabwiye Ijwi ry’Amerika ko Kyagulanyi yaciye atwarwa ku bitaro vya Reta, kugira basuzume ko vy’ukuri arwaye. Uwo mushingwamanza wiwe, Medard Ssegona, yashikirije ko Kyagulanyi aburanira akitswe n’amagara, kandi yari yarungitswe kwisuzumisha muri Reta zunze ubumwe z’Amerika. Kyagulanyi ni umwe mu bashingamateka batanu bahagaritswe mu ntango z’iyi ndwi bagirizwa kugira uruhara mu ruhagarara aho abariko bagira imyiyerekano  batera amabuye imodoka itwara Perezida Yoweri Museveni.  We na bagenzi we bavuze ko bakubishwe bongera baraborezwa igufa mw’ibohero.

from Voice of America https://ift.tt/2PTuQcL
via IFTTT

Perezida Trump yakangishije ko ashobora gukura Amerika mu muryango w'ubucuruzi ku isi

Bwana Trump yavuze ko azava muri uyu muryango w'ubucuruzi ku isi "niba bativuguruye."

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2wuw1HD
via IFTTT

Abanyeshuri bo muri Afurika y'epfo "banze gukora ikizamini gikomeye, barigaragambya"

Videwo z'iyo myigaragambyo zahererekanyijwe ku mbuga nkoranyambaga, zigaragaramo aho umunyeshuri umwe aba agenda hejuru ku meza yo mu ishuri.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2NASUiY
via IFTTT

Umukobwa uzwiho kugira ikibuno gikurura abagabo yahishuye ibanga ry’ubwiza bwe buhebuje benshi baratungurwa.

Uyu mukobwa w’ikizungerezi ukomoka mu gihugu cya Nigeria, uzwi ku mazina ya Slay Queen Poshy benshi bazi ku kuba afite ikibuno kinini kandi gikurura ab’igitsina gabo yahishuye ibanga ry’imiterere myiza afite nyuma y’aho yibasiwe n’abafana be biganjemo igitsina gabo, bahamya ko ikibuno cye atari karemano.

Ibi byaje nyuma y’amafoto atandukanye uyu mukobwa akomeje kugenda ashyira ku rukuta rwe rwa Instagram aho benshi batangajwe n’ingano y’ikibuno afite bavuga ko kidasanzwe.Aha rero ni ho bamwe bahereye bemeza ko atari gusa ahubwo cyaba ari igikorano maze mu kubasubiza abahishurira ko bibeshye cyane ngo kuko ikibuno cye ari karemano kandi ngo kuri we ntikimutungura kuko agikomora kuri nyina umubyara na we ngo, icye kivugisha abatari bake.



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2C5Nw6k
via IFTTT

Depite Bobi Wine "yongeye gutabwa muri yombi ku kibuga cy'indege" muri Uganda

Byibazwa ko Depite Bobi Wine ushinjwa ibyaha by'ubugambanyi, yatawe muri yombi ubwo yageragezaga kurira indege ngo ajye kwivuriza hanze ya Uganda.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2opZPk4
via IFTTT

Amagambo y’ibitutsi Sadio Mane yatangaje kuri Manchester United yababaje bikomeye abafana bayo.

Umunyamideli Gigy Money yibasiye Zari aramwandagaza bikomeye.

Gigy Money umunyamideli akaba n’umwe mu bakobwa bakunze gukoreshwa mu mashusho y’indirimbo zitandukanye muri Tanzaniya yibasiye bikomeye Zari Hassan wahoze ari umugore wa Diamond amusaba kutazongera kumuvogerera ubuzima ngo kuko nta nakimwe amurusha.

Intandaro y’ano magambo atari meza uyu munyamideli yabwiye Zari ni ifoto umwe mu bafana ba Zari yashyize Ku rukuta rwe rwa instagram mu minsi ishize igaragaza Zari ari mu gikorwa cyo gutangiza ikigo cy’amashuri maze akora tagg kuri Gigy Money avuga ko yifuza ko uyu munyamideli yagakwiye gukora umushinga nk’uyu wa Zari.

Mu gusubiza uyu mufana Zari yahise atangaza ko nta kintu nakimwe yakora gisa n’icya Gigy Money ngo kuko ntaho bahuriye,aya magambo ya Zari akaba yarahise arakaza bikomeye Gigy maze amubwira akari imurori.

Mu kiganiro Gigy Money yagiranye na BongoStars yavuze ko Zari adakwiye kwirata ngo kuko nta kintu nakimwe afite Gigy adafite,ndetse amusaba ko adakwiye kurakarira Abanyatanzaniya bose bitewe n’uko yanzwe na Diamond.

Yagize ati:”Ndabizi uri nka mama wanjye.Ese nkubaze Mama,twebwe igihugu cy’abaturanyi twakugize dute kuburyo wongera kunyibasira?nagusabye ibyakubayeho mu rukundo rwawe ntibigatume wanga Tanzaniya yose.Uwagutesheje umutwe ni Chibu(Diamond) si njyewe Gigy,ntugire uwo uzongera kubwira uwo mwanda rero.Umva nshuti Zari, njye sinkuzi gusa ndagushimira nubwo tutangana mu myaka, ariko ukwiye kumvaho ukampa amahoro ndabigusabye!”



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2wsqMrW
via IFTTT

Huddah Monroe uhamya ko yakijijwe n’igitsina cye, yibasiye bikomeye abakobwa bateretwa n’abasore b’abakene.

Umunyamideli Huddah Monroe umaze kubaka izina rikomeye mu karere k’Afrika y’Uburasirazuba bitewe n’ubwiza n’ikimero bye bikurura abagabo, yibasiye bikomeye abagore/abakobwa bateretwa n’abagabo badafite amafaranga maze atangaza ko nabo batazigera bagira icyo bigezaho.

Uyu mukobwa ukunze kuvuga kenshi ko ubutunzi bwe n’ibintu by’agaciro byose afite abikesha igitsina cye, yatangaje ibi ubwo umufana we yamwandikiraga ku rukuta rwe rwa instagram amusaba kumubwira icyo yahitamo hagati y’urukundo n’amafaranga. Ati: ” ese ari amafaranga n’urukundo ni iki washyira imbere?“.Mu gusubiza iki kibazo Huddah yahise amusubiza ko iyo umugore/umukobwa akundanye n’umugabo/umusore ufite amafaranga abaho neza cyane naho ukundanye n’utishoboye(umugabo/umusore) birangira na we abaye umukene, bityo ngo kuri we ifaranga ni ryo rya mbere.

Mu magambo ye yagize ati:”oya, mu buzima ni wowe wihitiramo icyerekezo cyawe ndetse ugahitamo n’uburyo uzabaho.Iyo uryamanye n’umusore w’umukene bizarangira nawe uri umukene, ariko nuryamana n’umwami birumvikana ko bizarangira nawe wituriye mu ngoro.Ntimugatume rero amarangamutima yanyu abayobya ku cyerekezo mushaka kwerekezamo.”



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2PnXCkW
via IFTTT

Abanyafrika Imyaka yo Kubaho Yariyongeye

Ibiro vya ONU bijejwe amagara y’abantu kw’isi OMS bitangaza ko abantu baba ku mugabane wa Afrika basigaye babaho imyaka myinshi kandi ibijanye n’amagara yabo birushiriza gutera imbere.  Yamara OMS igabisha ko hariho abandi banyafrika imiriyoni n’imiroyoni bakigendana ingwara zikomakomeye. Ivyo vyatangajwe na OMS mu nama I Dakar muri Senegal yahuje abategetsi 47 bo muri Afrika, muri ino ndwi. OMS itangaza ko mu ntango z’iki kinjana, abanyafrika bahora babaho imyaka 44, ihava igenda iriyongera kugeza mu mwaka w’i 2015 aho bagereranya ko umunyafrika yari afise amahirwe yo kubaho imyaka 53 kugeza mu mwaka w’i 2015.    Ubu iyo myaka yo kubaho muri rusangi isigaye yaraduze gushika 61.

from Voice of America https://ift.tt/2wxm4Zi
via IFTTT

Sudani y'Ubumanuko: Bahavuye Bose Barasinya Amasezerano y'Amahoro

Riek Machar arwanya ubutegetsi muri Sudani y’epfo hamwe n’abandi bakuru bahurikiye mu runani rw’abarwanya ubutegetsi barasinye amasezerano ya nyuma y’amahoro agamije kurangiza burundu intambara igira ikwize imyaka itanu hagati y’abanyagihugu. Machar yasinye ayo masezerano mw’ijoro ryo ku musi wa kane ku murwa mukuru wa Sudani, Khartoum, inyuma yo kwanka kuyasinya imisi ibiri imbere y’aho. Ayo masezerano ariko asize inyuma ibibazo bitarumvikanywako nk’ibitigiri vy’amareta ya Sudani y'ubumanuko izogaburwamwo hamwe n’imbibe zayo, bikazokwigwa n’abakuru b’ibihugu bigize umuryango w’iterambere ry’ibihugu vyo muri Afrika y’ubuseruko, IGAD. Abakuru b’ibihugu vyo mur’ako karere, amakungu, hamwe n’abanyesudani y'epfo bizigiye ko ayo masezerano agiye kurangiza burundu intambara imaze guhitana ibihumbi n’ibihumbi vy’abanyagihugu, ikura mu ngo zabo abanyagihugu barenga imiliyoni zine, nayo abashika imiliyoni zine bahunze igihugu.

from Voice of America https://ift.tt/2PT5yeT
via IFTTT

USA: Ikiringo co Kwirinda Ingendo muri Koreya ya Ruguru Congerejwe Uyundi Mwaka

Reta zunze ubumwe z’Amerika zongereje ikiringo c’uyundi mwaka ingingo yo kubuza Abanyamerika gufata ingendo muri Koreya ya ruguru, mu kuvuga ko bashobora kubangamirwa bagiyeyo. Iyi ngingo yo kwongereza iki kiringo gushika mu mpera z’ukwezi kwa munani umwaka uza, ifashwe mu gihe utwigoro two kuganira na Koreya ya ruguru kw’isamburwa ry’ibirwanisho vya Nikleyeli mw’izinga rya Koreya vyahagaze. Igihe Perezida Donald Trump yarangiza umubonano n’indongozi ya Koreya ya ruguru, Kim Jong Un mu kwezi kwa gatandatu muri Singapore, umutegetsi w’Amerika yatangaje ko Koreya ya ruguru itakiri intambamyi kuri Amerika ku kibazo ca Nikleyeli, yibaza ko Kim nawe azoca ahagarika porogaramu yiwe ya Nikleyeli.

from Voice of America https://ift.tt/2PX4ney
via IFTTT

Tombola y'Igikombe c'Imirwi Yabaye iya Mbere mu Buraya

Tombola yerekeye kumenya imirwi yo mu ma shampiyona atandukanye y’umupira w’amaguru yo ku rwego rwa diviziyo ya mbere mu karere k’i Bulaya izohura mu nkino zo mu ntango z’igikombe c’imirwi yabaye iya mbere mu karere k’i Bulaya, yabaye uno musi kwa kane co muri uyu mwaka w’i 2018 ushira umwaka w’i 2019. Iyo tombola yabereye mu gisagara ca Monaco mu gihugu c’Ubufaransa. Mu murwi A, harimwo ama ekipe ya Atletico Madrid, Borussia Dortmund, Monaco na Club Brugge. Umurwi B ugizwe na Barcelona, Tottenham Hotspur, PSV Eindhoven na Inter Milan. Mu murwi C, harimwo ama ekipe Paris Saint-Germain, Napoli, Liverpool, na Etoile Rouge de Belgrade. Umurwi D ugizwe n’ama ekipe, Locomotiv Moscow, FC Porto, Schalke 04, na Galatasaray. Mu murwi E, ni Bayern Munich, Benfica, Ajax Amsterdam, na EAK Athens. Umugwi F, ugizwe na Manchester City, Shaktar Donetsk, Olympique Lyonnais na Hoffenheim. Mu murwi G, harimwo Real Madrid, AS Roma, CSKA Moscow na Viktoria Plzen, mu gihe umurwi H, ugizwe n’ama ekipe Juventus, Manchester United, Valencia na BSC Young Boys. Inkino za mbere zo mu ntango zizoba ku musi wa kabiri, italiki 18 no ku musi wa gatatu, italiki 19 z’ukwi kuza kw’icenda z’uwu mwaka w’i 2018.

from Voice of America https://ift.tt/2onxBGF
via IFTTT

Ng'ibi ivyo utar'uzi kur'ibi binyobwa

Ikibazo nyamukuru ni ukumenya ivyo bikorwamwo hamwe n'ingaruka ku magara yacu.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2opHrrS
via IFTTT

Hari abanyarwanda bari mw'isi batanguje isekeza ryo gufunguruza Diane Rwigara

Mugusaba bashimitse u Rwanda n’abarufasha ngo Diane Rwigara, hari umurwi w’abanyarwanda batanguje ukwiyerekana ku mbuga ngurukana bumenyi.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2NB0Mkv
via IFTTT

Rwanda- Ikarita Nshya ku Mpunzi z'Abarundi

Izi karita zatanzwe na minisiteri yita ku bibazo by'impunzi ifatanyije n'ishami ry'umuryango w'abibumbye ryita ku mpunzi HCR zizafasha impunzi mu gutembera nta nkomi , mu bikorwa by'ubucuruzi, gushaka imirimo n'ibindi.

from Voice of America https://ift.tt/2oq2XN0
via IFTTT

Kwibuka Mccain Birabandanya



from Voice of America https://ift.tt/2PjvA9Q
via IFTTT

Ubwongereza bugiye gufasha gukomeza umutekano muri Kenya no mu karere

Umushikiranganji Theresa May yashimitse ku gutuza amabi aca mu buhinga ngurukana bumenyi, n’umutekano ku mbibe za Kenya no mu karere.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2POwLiO
via IFTTT

Umukuru w'Igisagara ca Dakar Ntarota Aheba Kwitoza Naho yaciriwe Imyaka Itanu

Inyuma yo gukatirwa imyaka itanu kubera ivyaha vyo kunyuruza amatungo yagirizwa, Khalifa Sall aramutswa igisagara ca Dakar muri Senegal yemeje ko mu 2019 ategerezwa guhangana na perezida Macky Sall mu mwanya w'umukuru w'igihugu.

from Voice of America https://ift.tt/2PR3807
via IFTTT

Dore ibimenyetso simusiga bizakwereka ko wazahajwe n’indwara y’umwijima.

Umwijima ni kimwe mu bice bifitiye umumaro umubiri w’umuntu, kuko ushinzwe kuyungurura amaraso no kuvana uburozi mu mubiri ariko nanone ufite byinshi bishobora kuwangiza ku buryo uba utakibasha gukora akazi kawo.Nuramuka wibonyeho kimwe muri ibi bimenyetso bikurikira uzihutire kujya kwa muganga kugira ngo harebwe impamvu igitera ndetse uhabwe n’inama zisumbuyeho kuko bishoboka ko byaba ari ibimenyetso simusiga by’indwara y’umwijima:

1.Kuribwa munda: Iyo umuntu akunda kurya ibiryo bifite ibinure byinshi bimwangiriza umwijima bityo bigatuma umuntu arushaho kuribwa cyane munda.

2.Kugira isesemi: Niba uzi ko ukunda kugira isesemi bya hato na hato kandi nta yindi ndwara uzi yaba ibitera, gira amakenga kuko ushobora kuba urwaye umwijima bitewe n’indyo iwangiza ukunda kurya.

3.Kugira amaso y’umuhondo: Kubera uburozi cyangwa se imyanda myinshi iba yiganje mu mwijima, bishobora guteza ikibazo cyo kugira amaso y’umuhondo. Nubona iki kimenyetso uzamenye neza ko umwijima wawe wuzuyemo imyanda.

4.Kunanirwa no gucika intege: niba usigaye wumva unaniwe cyane ndetse ugacika intege kandi ntacyo wkoze cyaguteye uwo munaniro, ibyo bintu bigahoraho, uzamenye neza ko umwijima wawe ushobora kuba ufite ikibazo

5.Kugira umuriro mwinshi: Niba usigaye ugira umuriro mwinshi kandi uhoraho ihutire kujya kwa muganga kuko ushobora kuba urwaye hepatite.

6.Guhindura ibara kw’inkari ndetse n’umwanda wituma: Niba usigaye ubona inkari zawe zisa nabi cyane ndetse umwanda wituma ukaba werurutse ukuntu, ukwiye kujya kwa muganga ngo hasuzumwe niba nta kibazo cy’umwijima ufite kuko ibyo bishobora kukubera ikimenyetso simusiga.

 

Src: amelioretasante.com



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2LF520F
via IFTTT

Kanye West yahavuye yishura Jimmy Kimmel ku vyo yamubajije kuri Donald Trump

Uwo muririmvyi w'umudiho wa "rap" yasavye n'ikigongwe ku vyo yavuze ko kugigwa umuja "umuntu aba yavyirondereye".

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2MGPdMs
via IFTTT

Umukunzi wa Cristiano yatamajwe n’imyambarire ye idasanzwe, yerekana ibibero bye imbere y’imbaga.

Umukunzi wa Cristiano Ronaldo witwa Georgina Rodriguez yatamajwe bikomeye n’ikanzu ikoze mu buryo budasanzwe yari yambaye maze ituma ashyira hanze ibibero bye ubwo yari ari mu birori bya Venice Film Festival byabaga ku nshuro ya 75.

Georgina Rodriguez usanzwe ari umunyamideli ukomeye,yatumye benshi mu bari bitabiriye ibi birori bemeza ko Cristiano Ronaldo yatomboye umukobwa w’uburanga bitewe n’uburyo yagaragaye imbere y’iyo mbaga yambaye.Uyu mukobwa w’imyaka 24 wabyaranye na Cristiano umwana w’umukobwa Alana Martina,ari mu bakunzi b’abakinnyi bakunzwe cyane ku mbuga nkoranyambaga bitewe ahanini n’imyitwarire ya Cristiano Ronaldo.



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2C239M2
via IFTTT

Abana banywa itabi n'inzoga bashobora kugira ingorane z'amagara ku myaka 17

Kuri iyo myaka hari ibimenyetso vyerekana ko udutsi dutwara amaraso tuba tumaze kwononekara, bigatuma umuntu agira munyuma ingwara y'umutima mu buzima.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2NyyOpG
via IFTTT

Abanyamahanga bahunze ibitero bibibasira i Soweto muri Afurika y'epfo

Abantu batatu ni bo bamaze kwicirwa mu nkengero z'umujyi wa Soweto muri Afurika y'epfo.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2CcU0R5
via IFTTT

Perezida Trump ashinja Ubushinwa kubangamira Amerika na Koreya ya ruguru

Mu ruhererekane rw'ubutumwa bwo ku rubuga nkoranyambaga rwa Twitter, Bwana Trump yanavuze ko Amerika idakwiye gutanga amafaranga mu mikino yo kwitoza intambara ikorana na Koreya y'epfo.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Nsz4qa
via IFTTT

RAYON SPORT WE CAN remix by ENNLY MANZI

 anako
Like
1 plays
0 likes

 

Download Now



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2wqS5Ti
via IFTTT

Zimbabwe yatangije iperereza ku bwicanyi bwakurikiye amatora ya perezida

Ubu bwicanyi byasize icyasha isura ya Perezida Mnangagwa mu ruhando rw'amahanga. Yizeye ko aka kanama kigenga kazagaragaza ko ashyize imbere ubutegesti bugendera ku mategeko.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2PiFx7G
via IFTTT

Abakandida 6 bangiwe kwiyamamaza mu matora ya perezida muri Kongo bajuriye

Icyemezo cyo kwangira batandatu mu bakandida-perezida 25 kwiyamamaza mu matora ya perezida ateganyijwe kuba mu kwezi kwa cumi na kabiri uyu mwaka, cyatangajwe ku wa gatanu nijoro n'akanama k'amatora ka Kongo.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2BXUJp5
via IFTTT

Justin Bieber n’umukunzi we mushya bongeye gutungura abakunzi babo kubera ibyo bakoze.

Umuhanzi Justin Bieber n’umukunzi we mushya, Hailey Baldwin bakomeje kugaragara mu ruhame ahantu henshi harimo amaresitora ndetse n’insengero.

Mu cyumweru gishize nibwo aba bombi bagaragaye berekeza mu rusengero maze batungura benshi mu bafana babo bavuga ko baje gusura Pasiteri w’urusengero rwa Hillsong, Carl Lentz ibintu bitamenyerewe kuko ubusanzwe Bieber aba ari wenyine.Ababikurikiranira hafi bahamya ko urukundo rw’aba bombi rushize imbere ijambo ry’Imana.

Justin Bieber n’umukunzi we bamaze igihe gisaga amezi abiri batangaje ku mugaragaro ko bakundana nyuma yo kumenyanira muri Bahamas aho bahuriye.

Inkuru dukesha TMZ ivuga ko aba bombi bari mu myiteguro y’ubukwe kandi ko urukundo rwabo rushyushye.Uwahoze ari umukunzi wa Justin Bieber, Selena Gomez we akaba yavuze ko asanga uru rukundo ari agahararo kuko ngo bitumvikana uburyo aba bagiye gukora ubukwe bamaze igihe gito bamenyanye.



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2Pf8ZLN
via IFTTT

Merkel mu Rugendo muri Afrika

Chanseliye w’Ubudagi Angela Merkel yashitse muri Senegal ku musi wa gatatu, mu rugendo atanguye muri Afrika y’uburengero, aho Ubudagi buvuga ko bwipfuza ko iterambere rya Afrika rizotuma abimukira bahungira mu Buraya bagabanuka kandi bifashe no kurwanya iterabwoba. Inyuma ya Ghana, Merkel azoja muri Nijeriya aho azobanana n’umukuru arongoye ishirahamwe ry’ibihugu vyo muri Afrika y’Uburengero,ECOWAS, Jean-Claude Kassi Brou. Uru rugendo rwa Merkel rukurikiye urw’umushikiranganji wa mbere w’Ubwongereza Theresa May yarimwo muri Afurika. Urugendo rwari rugamije kurondera amasezerano mashasha yerekeye ubudandaji. Ni mu gihe Ubwongereza buriko bwitegurira kuva mu muryango w’ibihugu vy’i Bulaya.

from Voice of America https://ift.tt/2osMlV3
via IFTTT

Bemba Yahawe Isango ryo Kwitaba ICC

Abacamanza ba sentare mpuzamakungu mpanavyaha bazosasa mu rubanza n'umunyekongo Jean Pierre Bemba mu kwezi kuza kuvyaha yagirizwa vyo guha igipfukamunwa ivyabona mu rubanza rw'ivyaha vyo mu ntambara yakurikiranwa n’iyo sentare. Ivyo vyashikirijwe ku musi wa gatatu n’iyo sentare ifise icicaro i Lahaye, mu gihugu c’Ubuholande. Iyo sentare itegekanya kumuburanisha kw’itariki ya 17 z’ukwezi kw’icenda hamwe n’abandi babiri bagirizwanywa nawe, nkuko Sentare yabishikirije. Bemba, inyuma y'aho yejejwe ku vyaha vyo mu ntambara yaciye atahuka mu gihugu ciwe guhiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu, ariko yarakuwe mu gitigiri c’abakandida. Ntibiramenyekana nimba azosubira i Lahaye kuburana.

from Voice of America https://ift.tt/2BYNi0U
via IFTTT

Guterres Afise Impungenge ku bitero vya Reta ya Siriya muri Idlib

Umunyamabanga mukuru wa ONU, Antonio Guterres yashikirije amakenga ku musi wa gatatu ko ibintu bishobora kumera nabi cane mu ntara ya Idlib muri Siriya mugihe hogabwa ibitero vya gisirikare. Reta ya Perezida Bashar al-Assad, ifashijwe n’Uburusiya, yavuze ko itegekanya guhanagura akarere ka Nusra karimwo abarwanyi. Mu kwezi guheze ako karere karanzwemwo ibitero vy’indege, bituma haba amakenga ko hagira habe nk’ivyabaye mu bisagara vya Aleppo hamwe no mu buseruko bwa Ghouta. Abantu bashika ku miliyoni zitatu baba mu buraruko bushira uburengero bwa Idlib, barimwo abarenga imiliyoni zibiri bahunze bava mu bindi bice vya Siriya. ONU ivuga ko abarenga imiliyoni zibiri bakeneye imfashanyo kandi ko amashirahamwe atanga imfashanyo yiteguye gufasha mugihe vyoyangara. Umunyamabanga mukuru wa ONU ahamagarira reta ya Siriya hamwe n’abayirwanya gushira imbere gukingira abanyagihugu. Reta zunze ubumwe z’Amerika zaragabishije reta ya Assad n’Uburusiya ku bwicanyi bwoba mu gisagara ca Idlib, na cane cane mugihe bohirahira bagakoresha ibirwanisho vy’ubumara.

from Voice of America https://ift.tt/2MB94wk
via IFTTT

Uganda: Umushingamateka Bobi Wine Arakitswe n'Amagara

Bobi Wine, umuririmvyi kirangiranwa wo mu gihugu ca Uganda arwanya politike ya Prezida Yoweri Museveni amaze igihe kirekire ku butegetsi, yagirizwa ivyaha vyo guhemukira igihugu, mur’iki gihe arafise ingorane z’amafyigo. Amakuru ariko aratangazwa n’umushingwamaza wiwe, avuga kandi kw’akeneye kubonana n’umuganga mu buryo bwihutirwa. Bobi Wine yarekuwe mu misi ibiri iheze kandi yagendera ku bibando igihe yava mw’ibohero. Raporo yo kwa muganga yaremeje ayo makuru y’ingwara y’amafyigo ibangamiye uyo muririmvyi w’umushingamateka yitwa Kyagulanyi Ssentamu, nk’uko umushingwamanza wiwe Medar Sseggona yabibwiye ibiro bijejwe gutororokanya amakuru, Associated Press. Ssentamu, ariko aravurirwa ku bitaro vyigenga vyo ku muwa mukuru Kampala, yavuze kw’igihe yar’akiri mw’ibohero, bamukanye amagara yiwe kandi ko gushika ubu, ababara mu kiyunguyungu. Mur’iki gihe umushingwamanza wiwe avuga ko bariko barakora ibishobotse vyose kugira ngo Ssentamu anyarukanwe mu bihugu vyo mu mahanga kwivuza nk’uko bitangazwa n’umushingwamanza wiwe. Ssentamu yarekuwe ku musi wa mbere abanje gutanga ingwati, inyuma y’aho we hamwe n’abandi bantu 32 bagirijwe ivyaha vyo guhemukira igihugu. Umudereva wiwe yarishwe arashwe n’abajejwe umutekano, nk’uko bishikirizwa na bamwe bamwe, ariko reta ya Uganda yarahakanye ivyo birego. Bitegekanijwe ko Ssentamu hamwe n’abandi bari kumwe bagirizwa ivyaha, barenguka imbere y’umucamanza ejo ku musi wa kane, mu rubanza rwo kwihweza ibirego yagirizwa.

from Voice of America https://ift.tt/2omgyok
via IFTTT

Amerika Iragabisha Abanyagihugu Bayo Bagendera mu Burundi

Deparitema ya Reta ya Amerika yasohoye itangazo rigabisha abagendera mu Burundi. Deparitema ya reta ya Amerika ivuga kw’ibandanya kugabisha abagendera mu Burundi kwitondera ingendo zabo mur’ico gihugu. Iryo gabisha ritanzwe kuva kur’uyu musi wa gatatu igenekerezo rya 29 ry’ukwezi kw’umunani, risubiriye iryari rihasanzwe. Ingingo ihanura Abanyamerika kwitondera ingendo zabo mu Burundi yisunze ahanini ubwicanyi hamwe n’imirwi iharwanira. Deparitema ya Amerika ivuga ko ubwicanyi bukomeye burimwo ibitero vy’amagerenade hamwe n’ubusuma bukorwa n’abantu bitwaje ibirwanisho vyama vyabaye. Ivuga kandi ko naho abanyagihugu bava mu bihugu vyo mu burengero, ataribo baronderwa mur’ivyo bitero, ngo barashobora kugwa mur’ivyo bitero mu gihe boba bari mu bibanza bitari vyo canke bakaba bari mu bibanza bikozwemwo ibitero nk’ivyo. Abapolisi ngo ntibafise uburyo buhagije kugira ngo bashobore gutuza ibitero nk’ivyo. Iryo tangazo rivuga kandi ko mu Burundi mur’iki gihe, uruhagarara rwa politike rubandanya kandi hirya no hino mu gihugu hama habaye ubwicanyi, burimwo ibitero vya gerenade hamwe n’ibitero vy’inkoho. Iryo tangazo ribandanya rivuga ko intara za Cibitoke na Bubanza, zama zakozwemwo ibitero vy’imirwi yitwaje ibigwanisho, ijabuka urubibe ivuye mu buseruko bwa Repubulika ya Congo, aho ingwano zitavanako. Urubibe hagati y’ivyo bihugu rushobora kwugarwa igihe icarico cose. Reta ya Amerika nta buryo bukwiye ifise bwo gufasha mu buryo bwihutirwa abanyamerika bari mu Burundi kandi imiti n’abaganga mu Burundi, ntibiri ku rwego rushemeye nko muri Amerika.  Abakozi ba Ambasade ya Amerika mu Burundi, ntibarekuriwe kugendera mu bice vyose vy’igihugu c’Uburundi, kandi bashobora kubuzwa kugendera no mu bindi bibanza, bivuye ku kuntu umutekano wifashe. Mu bibanza batarekuwe kugenderamwo, harimwo imicungararo ya Bujumbura mu masaha yo ku mugoroba, muri Karatiya ya Buyenzi, Bwiza, Cibitoke, gasenyi, Kamenge, Kinama, Musaga na Ngagara. Abipfuza kugendera mu Burundi, bahanuwe gusoma amakuru atanga impanuro n’ido n’ido ku mutekano. “Travel Information Page”.

from Voice of America https://ift.tt/2NvqAPd
via IFTTT

Icunamo ku basangwabutaka ba Namibia bazize ibibazo vy'amatongo

Abamuka ku bakorewe ubu bwicanyi mu gihe c'ubukoloni bibuka ababo uko umwaka uheze.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2wwxBIl
via IFTTT

Imodoko itwaye umurambo wa John McCain niziyiherekeje zirerekeza ku ngoro y’inteko inshinga amategeko y’Arizona



from Voice of America https://ift.tt/2PfppUA
via IFTTT

Mu Burusiya abagore bagiye guhabwa agahembo ko mu za bukuru ku myaka 65

Naho ingingo ya Perezida Putine yorohejwe, gukwiza imyaka nt'uca uronka amahera y'abari mu za bukuru.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2LD8Ort
via IFTTT

Umulisa Divine umunyamideli wambariye kwegukana ikamba rya Miss Elegancy  2018

Irushanwa rya Miss & Mr Elegancy ryari rimaze imyaka ibiri ridakorwa ryongeye kugaruka, mu mpera z’ukwezi kwa Nyakanga uyu mwaka nibwo hatoranyijwe abahungu n’abakobwa bazahatana  ndetse nta gihundutse ibirori  nyir’izina bikazaba muri Kanama 2018.

Divine Umulisa nk’umwe  mu bakobwa bane babashije kujya mu cyiciro cya nyuma, yabwiye YEGOB ko nabona amahirwe yo kwegukana ikamba rya Miss Elegancy 2018 bizatuma ashyira mu bikorwa imishinga asanzwe afite ndetse rikaba rizamugeza ku ntego ze nyinshi afite mu buzima.

Divine ati”Ndi Umunyamideli ubusanzwe, aya marushanwa nayamenya bitewe n’inshuti zanjye bitabiriye bakanshishikariza kwitabira. Ndamutse negukanye ikamba byamfasha gushyira mu bikorwa umushinga nsanzwe mfite irimo guteza imbere urubyiruko rufite impano zitandukanye Iri rushanwa ni ryiza kuko ririmo uburinganire[ririmo abahungu n’abakobwa].

Divine ufite   imyaka 21 n’uburebure bwa merero 1 na 85 yatangarije YEGOB ko yambariye kwegukana ikamba rya Miss Elegancy 2018 ndetse ngo kuri we bizaba bibaye intambwe yo kugera ku nzozi yahoranye kuko ngo iteka yahoze yifuza kugira icyo amarira igihugu cyenk’umunyarwandakazi ubereye u Rwanda.Washyikigikira Umulisa Divine  Ujya muri message ya telefone yawe ukandika Miss 13 ukoherez kuri 2530.



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2wrUk93
via IFTTT

Ibyo Gerard Pique yatangaje kuri Paul Pogba bivugwa ko ashobora kwerekeza muri FC Barcelona byatunguye benshi.

Nyuma y’iminsi itari mike bivugwa ko Paul Pogba usanzwe akina mu kibuga hagati mu ikipe ya Manchester United ashobora kuva muri iyi kipe ndetse akaba yakwerekeza muri FC Barcelona ,kuri ubu umwe mu bakinnyi ba Barcelona bakomeye Gerard Pique yatunguranye cyane ubwo yavugaga ko Pogba yakwishimirwa bikomeye aramutse ageze muri iyi kipe.

Nk’uko byagiye bigarukwaho mu binyamakuru bitandukanye birimo Skysports,Goal,Goal ndetse na Metro.co.uk ku munsi w’ejo kuwa kabiri tariki 28 Kanama.2018 ngo Pique yavuze ko we ubwe ndetse na Barcelona bakwishimira kubona Paul Pogba yerekeje muri Barcelona kandi ko biteguye kumwakira igihe cyose Manchester United yaba imurekuye. Mu magambo ye yagize ati “Ubu Pogba ni umukinnyi mwiza muri Manchester United reka dutegereze turebe ahazaza gusa twese twakwishimira kubona aza muri Barcelona.”

Paul Pogba yageze muri Manchester United avuye muri Juventus yo mu Butaliyani muri kanama 2016 aciye agahigo ko kuba ari we mukinnyi wa mbere waguzwe miriryoni 100 z’amayero bwa mbere mu mateka ya Ruhago gusa nyuma y’aho ikipe ya Barcelona yakomeje kujya yerekana kenshi ko imukeneye.



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2PgTNh4
via IFTTT

Ubushakashatsi bwavumbuye ko ihene "zikururwa n'abantu bigaragara ko bishimye ku maso"

Ubu bushakashatsi bwatangajwe mu kinyamakuru cyandika ku nkuru z'ubushakashatsi ku buhanga bwa siyansi cya Open Science.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2N1VeCC
via IFTTT

Agahinda mu mutima w’umuhanzi Babo kubwo kwita umutinganyi

Yakoze indirimbo nyinshi ariko yamenyekanye cyane mu ndirimbo yakoranye na Urban Boys yitwa ‘Ich Liebe dich.

Ni umukobwa kandi wakuze akina umupira w’amaguru dore ko yanyuze no mu makipe azwi nka ‘Bayern Munich’ y’abakobwa mu kiciro cy’abangavu.

Ubu amaze ibyumweru bibiri mu Rwanda aho yaje mu bikorwa bya muzika n’ikiruhuko cy’ishuri.

Hari benshi bakunze kuvuga ko ari umutinganyi (lesibienne), uyu muhanzi ubu uri mu Rwanda asanga ari ngombwa ko anyomoza ibi bivugwa.

Avuga ko bimubabaza cyane kubona abantu bavuga ibintu nta gihamya yabyo.

Ati “ Kuvuga ngo nkundana n’abakobwa ubivuze wese birambabaza kuko aba ari ibinyoma, ntibazi niba mfite umuhungu dukundana …Kubera nambara nk’abahungu ntabwo bivuze ko ntari umukobwa.!?

Ntabwo bazi ubuzima bwanjye ntibakansebye,  bajye bavuga umuntu bazi kuko nanjye ntawe njya mvuga ntamuzi ibyo ntabwo ari imico myiza rwose”.

Arakomeza ati “Dore mbibatangarize babyumve rwose. Njyewe mfite umuhungu dukundana mu Budage.



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2wmtGya
via IFTTT

Amazina indwi y'abagize akanama kajejwe gutegura amatora CENI yemejwe n'nama nshingamateka mu Burundi

Abashingamateka 91 kuri 92 ni bo bemeje amazi indwi y'abagize akanama kajejwe gutegura amatora mu Burundi CENI.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2PgTfYD
via IFTTT

Myanmar irahakana ikirego cya ONU cya "jenoside" y'aba-Rohingya

Mbere yaho, Ubushinwa - bufitanye na Myanmar umubano ushingiye kuri ambasade no ku bukungu - nabwo bwari bwunze mu rya Myanmar.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2wrCKkM
via IFTTT

Umugore wo muri Hong Kong yashakanye n'uwo atazi "ashutswe" n'akazi

Uyu mugore avuga ko yari azi ko yari arimo gukora ubukwe bigezo mu rwego rwo kumumenyereza akazi gashya.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2PhIuW1
via IFTTT

Lady Gaga yihimuye kuri Kim Kardashian maze yereka isi yose ubwambure bwe.

Umuhanzikazi Lady Gaga yihimuye kuri Kim Kardashian ukunze gushyira hanze amafoto ashotora ab’igitsinagabo maze nawe yifotoza yambaye ubusa aho yafotowe na gafotozi usanzwe akorana na Kim witwa Eli Russell Linnetz.

Lady Gaga uzwi mu ndirimbo zitandukanye kandi zikunzwe cyane, yatunguye abafana be ku munsi w’ejo ubwo yerekaga isi yose ubwambure bwe mu mafoto yashyize hanze yifashishije urubuga rwe rwa Instagram.Benshi mu bafana ba Lady Gaga bakaba baratunguwe cyane n’aya mafoto maze bagenda bagaragaza amarangamutima yabo akomeye.Umwe yagize ati “Umutima wanjye ntiwabyemera ” mu gihe undi we yagize ati “ngiye guhamagara polisi”.

Uyu gafotozi witwa Eli Russell Linnetz amaze imyaka myinshi akorana na Kim Kardashian aho uyu mugore wa Kanye West yamugiriye icyizere amuha akazi ko kujya afotora umuryango we wose.



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2Nuqzel
via IFTTT

Nyina wa Hamisa Mobetto yarakariye bikomeye Diamond bitewe n’amagambo akarishye yavuze ku mukobwa we.

Perezida Trump w'Amerika yahaye gasopo ibigo by'ikoranabuhanga rikoresha interineti

Yavuze ko ibi bigo bigomba "kwitonda cyane", nyuma yaho mbere yari yashinje ikigo Google gukora uburiganya iyo abifashisha iki kigo bashakishije "amakuru ya Trump."

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2BWCOPx
via IFTTT

Jenerali Kale Kayihura wayoboye polisi ya Uganda yafunguwe by'agateganyo

Umuryango we n'inshuti ze basabwe n'ibyishimo ubwo urukiko rwatangazaga ko afunguwe by'agateganyo.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2POdNca
via IFTTT

Umwana wa Cristiano yamaze gutera ikirenge mu cya Se werekeje muri Juventus.

Cristiano Jr umwana w’imfura wa Cristiano Ronaldo ufite imyaka 7, yamaze kwerekeza ikipe ya Juventus aho yasinye mu ikipe y’abatarengeje imyaka 9 agera ikirenge mu cya se wayerekejemo avuye muri Real Madrid mu minsi ishize, aguzwe akayabo ka miliyoni 100 zirenga z’amayero.

Uyu mwana ukomeje kwerekana ko ashobora kuzaba umukinnyi mwiza nka papa we,yamaze kwerekeza mu ikipe y’abana ya Juventus aho yahise atangira imyitozo ye ya mbere.Cristiano Jr uherutse kuyobora abatsinze ibitego byinshi ku kigo yigagaho bakamuha n’igihembo,yiganye se Cristiano Ronaldo nawe asinyira Juventus mu ikipe y’abatarengeje imyaka 9 aho yahise asangamo umwana wa Claudio Marchisio n’uwa Andrea Barzagli.

Mu myitozo ye ya mbere,Cristiano Jr yaherekejwe n’umukunzi wa papa we Georgina Rodriguez wari mu bafana b’uyu mwana.Mu minsi ishize nibwo Cristiano Ronaldo yatangaje ko uyu mwana we afite ubuhanga n’imbaraga zo gukina umupira w’amaguru ndetse ko hari byinshi yamwigiyeho gusa yavuze ko atazigera amuhatira gukina umupira w’amaguru.



from YEGOB|Entertainment News https://ift.tt/2BT5ubW
via IFTTT

Amerika na Koreya y'Epfo Bazobandanya Imyimenyerezo ya Gisirikare

Umushikiranganji wo kwivuna abansi wa Reta zunze ubumwe z’Amerika, Jim Mattis yatangaje ejo kuwa kabiri ko ubushikiranganji arongoye butazohagarika imyimenyerezo ya gisirikare na Koreya y’epfo. Mattis avuga ko Amerika yari yemeye guhagarika imyimenyerezo itari mike inyuma y’inama yahurije mu kwezi kwa gatandatu muri Singapore Perezida Donald Trump n’indongozi ya Koreya ya Ruguru Kim Jong Un. Abasirikare ibihumbi 17,500 nibo bari bategekanijwe gukora iyo myimenyerezo. Mu butumwa bwa Twitter ku musi wa gatanu, Trump yashikirije ko yasavye umushikiranganji w’imigenderanire n’amakungu Mike Pompeo guhagarika urugendo yariko arategura kugira muri Koreya ya ruguru kuko kubwiwe nta ntambwe ziriko zitarerwa mu gusambura ibirwanisho vya Nikleyeli mw’izinga rya Koreya.

from Voice of America https://ift.tt/2ws4FB7
via IFTTT

RDC: Abakandida Bakumiriwe mu Matora Bituye Ubutungane

Abakandida batandatu bose bakumiriwe mu bikorwa vyo kwiyamamariza amatora y’umukuru w’igihugu muri Republika iharanira demokarasi ya Kongo barituye sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro, nkuko babiri muri bo babibwiye itororokanirizo ry’amakuru ry’Abafaransa AFP ejo ku musi wa kabiri. Ingingo yo gukumira batandatu mu bakandida 25 bari biyandikishije kwitoza mu matora yo mu kwezi kwa cumi na kabiri yatangajwe n’umurwi ujejwe gutunganya amatora ku musi wa gatanu, ubaha gushika kuwa kabiri ko boba bituye sentare. Muri bo harimwo Jean Pierre Bemba yahoze arongoye umuhari w’abarwanyi, akaba ari mu bakomeye barwanya reta ya Joseph Kabila, yatahutse mu gihugu kw’itariki ya mbere z’ukwezi kwa munani kwitoza inyuma y’aho arekuriwe na sentare mpuzamakungu mpanavyaha yamwagiriza ivyaha vyo mu ntambara. Sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro igiye kwihweza ibirego vyabo, mugihe umurwi utunganya amatora utegekanya gushikiriza intonde za nyuma z’abakandida kw’itariki ya 19 z’ukwezi kw’icenda, mugihe hazoba hasigaye amezi atatu ngo amatora abe.

from Voice of America https://ift.tt/2MYbSD3
via IFTTT

Uruhara rwa Monusco mu Kurwanya Ebola muri Kongo

Ishirahamwe mpuzamakungu ryita ku magara y’abantu OMS ritangaza ko mu misi indwi gushika kw’icumi iri imbere izoba itoroshe mu gukurikirana igwirirana rya Ebola mu buseruko bwa Republika iharanira demokarasi ya Kongo.   Mu biharuro vya nyuma vyashikirijwe, OMS ivuga ko abantu 111 banduye Ebola, 75 barapfuye.   OMS ivuga ko izobandanya kuhangana na Ebola mu buraruko bw’intara ya Kivu na Ituri hamwe na Oicha, igisagara kigoye kwinjiramwo bivanye n’umutekano muke uharangwa. Umuvugizi wa OMS, Christian Lindmeier avuga ko naho hari imihari irenga 100 irwanira mur’ubwo burere, abajejwe amagara y’abantu barashobora gushika mu bice bipfuza bafashijwe n’abasirikare ba MONUSCO. Abantu barenga ibihumbi bine baramaze guhabwa urucanco rwa Ebola barimwo abakora mu gisata c’amagara y’abantu hamwe n’abana barenga amajana icenda.

from Voice of America https://ift.tt/2PJ0bit
via IFTTT

Machar Yemeye Gusinya Amasezerano ya Nyuma y'Amahoro

Uwurwanya ubutegetsi bwa Sudani y’ubumanuko Riek Machar yemeye gusinya amasezerano ya nyuma y’amahoro na reta mu ntumbero yo kurangiza intambara. Ni inyuma y’aho kuri uyu wa kabiri ahakaniye kwemeza ayo masezerano, nkuko vyashikirijwe n’umuhuza wo mur’ico gihugu. Machar na Perezida Salva Kiir bamaze indwi zitari nke mu biganiro vy’amahoro i Khartoum barondera kwumvikana ku mahoro azorangiza intambara, imaze kwica ibihumbi n’ibihumbi, itesha izabo abaharurwa mu miriyoni kuva mu mwaka w’ 2013. Impande zirwana zari zarumvikanye amasezerano atari make, harimwo no guhagarika intambara burundu hamwe no kugabangana ubutegetsi mu kwemerera Machar gusubira mu kibanza ciwe c’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu.

from Voice of America https://ift.tt/2opTw0d
via IFTTT