RDC: Ebola Imaze Kwica 75

Ibitigiri vy’abamaze guhitanwa n’ikiza ca Ebola muri Republika iharanira Demokarasi ya Kongo bimaze gushika ku bantu 75, nkuko vyashikirijwe kuri uyu wa mbere n’umushikirianganji w’amagara y’abantu mur’ico gihugu. Uwo mushikiranganji amenyesha ko ata wafashwe n’ico kiza aramenyekana kuva ku musi w’Imana. Ikindi gice Ebola iheruka gutandukira ni mu buraruko bw’intara ka Kivu ya ruguru, aharwiriye imihari y’abarwanyi.

from Voice of America https://ift.tt/2BRwUPs
via IFTTT

No comments:

Post a Comment