Ibimenyetso bishasha vy'amatara mu gisagara ca Bujumbura

Ibimenyetso bishasha vy'amatara bifasha mu ruja n'uruza rw'abantu n'imodoka mu gisagara ca Bujumbura birashimwa n'abantu benshi n'aho hariho abataratangura kumenya kuvyubahiriza

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2wlxYoC
via IFTTT

No comments:

Post a Comment