Abantu 5 Bakekwa Kwicwa n'Uburozi mu Kirundo

Abantu 5 bo mu muryango umwe baritavye Imana mu myanya yegeranye ku mutumba wa Nyamabuye muri komine ya Bugabira mu ntara ya Kirundo. Abaryango basigaye bamenyesha ko bafashwe badahwa inyuma yo kurya imvuzo bahawe n’uwundi munyagihugu. Bikeka ko izo mvuzo zoba zarimwo uburozi. Nyene kuzibaha yafashwe ku mvo z’amatohoza.  

from Voice of America http://ift.tt/2gpj3pp
via IFTTT

No comments:

Post a Comment