Simeon Ndwaniye, yiganiye BBC ivyabaye ku muryango wa muramuwe Rwigara.

Mu gihe ipolisi c'Urwanda cemeza ko kiriko kirakora itohoza ku vyaha kirega Diane Rwigara ku giti ciwe, n'ibindi biraba umuryango, kirahakana ibivugw ako aba bagize umuryango wa Assinapol Rwigara boba batawe muri yompi.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2wJVCxu
via IFTTT

No comments:

Post a Comment