Ishirahamwe OMS rivuga ko ica kane c'abantu kw'isi barageramiwe n'ingwara kubera kutinonora imitsi

Ishami rya Onu rijejwe amagara y'abantu kw'isi OMS riragabisha ko abantu barenga ica kane c'ababa kw'isi bageramiwe n'ingwara mbi cane kubera kutinonora imitsi

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2PC7g3e
via IFTTT

No comments:

Post a Comment