Urunani NASA rurongowe na Raila Odinga ahanganye na Uhuru Kenyatta mu matora y'umukuru w'igihugu, rusaba akanama kajejwe amatora gutangaza ko Raila Odinga ariwe yatsinze amatora y'umukuru w'igihugu.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2vmxrnj
via IFTTT
No comments:
Post a Comment