EU: "Nta busuma bwabaye mu matora ya Kenya"

Umuryango w'ubumwe bwa Buraya (EU) uhagarariye amatora mu gihugu ca Kenya wamenyesheje uno munsi ko ata bimenyetso biriho vyerekana ko amatora ya Kenya yinjiwemwo ubusuma.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2uJjRa4
via IFTTT

No comments:

Post a Comment