Yashize ku mugongo umuhungu wiwe w'imyaka 18, atwara muri kaminuza

Sima avuga ati "yari indoto yanje ko nokwitaba Imana umuhungu wanje yarize, afise aho yigejeje".

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2FEyDcL
via IFTTT

No comments:

Post a Comment