Umupererezi wa leta y'Afurika y'epfo avuga ko abanyeshuri batwite 'birukanwe mu macumbi ya kaminuza'

Umupererezi wa leta y'Afurika y'epfo avuga ko abanyeshuri birukanwa mu macumbi ya kaminuza iyo bageze mu mezi atatu ya nyuma yo gutwita.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2DGiiBJ
via IFTTT

No comments:

Post a Comment