Kubera iki intwazangabo zine zagirizwa kwica Melchior Ndadaye yari Prezida w'u Burundi zafashwe?

Mu mpera z'indwi iheze intwazangabo zine zahora mu gisirikare c'u Burundi zarafashwe zagirizwa kugira uruhara mu rupfu rwa Prezida Melchior Ndadaye

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Rh1mpp
via IFTTT

No comments:

Post a Comment