Ukraine yabujije abagabo bo mu Burusiya b'imyaka y'amavuko iri hagati ya 16 na 60 kuba bayinjiramo

Itegeko ryo mu bihe bidasanzwe by'intambara ryashyizweho mu bice 10 birimo n'ibihana imbibi n'Uburusiya, kugera ku itariki ya 26 y'ukwezi gutaha kwa cumi na kabiri.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Q3koD7
via IFTTT

No comments:

Post a Comment