Igipolisi ca Uganda kimenyesha ko abantu 26 bapfiriye mw'isanganya ry'ubwato mu kiyaga Victoria muri

Ibikorwa vyo gutabara birabandanya ariko icegera c'umukuru w'igipolisi ahagarariye ivyo bikorwa avuga ko ata cizere kihari ko hashobora gutorwa abagihema.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2QgEjOp
via IFTTT

No comments:

Post a Comment