Umushikirizamanza mukuru wa republika mu Burundi yahagaritse abantu 4 akeka ko bagize uruhara mw'iyicwa rya prezida Ndadaye

Umushikirizamanza mukuru wa republika mu Burundi Sylvestre Nyandwi yamenyesheje ko hahagaritswe abahoze ari abasirikare bakuru harimwo n'umujenerale abagiriza kugira uruhara mu rupfu rwa prezida Melchior Ndadaye

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2BvM62F
via IFTTT

No comments:

Post a Comment