Mw'ishirahamwe ry'ubumwe bwa Afrika hari imyidogo y'abapfasoni bakubagurwa

Ugukubagurwa ni co kibazo gikomereye abapfasoni bakora mu kanama k'ishirahamwe ry'ubumwe bwa Afrika nk'uko amatohoza yabisanze.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2FE8RWn
via IFTTT

No comments:

Post a Comment