Reta yaratanguje umugambi w'ubworozi bwa kijambere mu gufasha abanyagihugu kwikenura inyuma y'uruzuba

Intara ya Kirundo yahoze yitwa ikigega c'Uburundi kubera umwimbu waharangwa, yagiye irahura n'uruzuba bigatuma abanyagihugu b'aho bahungira mu Rwanda, ubu bariko barahabwa inka za kijambere kugira bikenure.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Q4Mz11
via IFTTT

No comments:

Post a Comment