Intumwa y'umunyamabanga mukuru wa Onu mu Burundi, Michel Kafando ari mu rugendo rw'idwi yose mu Burundi aho ariko arabonana n'abategetsi b'ico gihugu hamwe n'amashirahamwe ata ho yegamiye muri politike.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2MQpilp
via IFTTT
No comments:
Post a Comment