HRW yagiriza u Rwanda kwica abantu 37 ku makosa adafashe

Ikigo giharanira agateka ka zina muntu Human Right Watch (HRW) cavuze ko inteko z'umutekano z'igihugu c'u Rwanda zishe niburiburi abantu 37 bagirizwa ivyaha bibayabaye kuva mu kwezi kwa kane mu 2016, mu cegeranyo ico kigo casohoye.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2sTQNwn
via IFTTT

No comments:

Post a Comment