Ubuhinga bwa Ornella Havyarimana, ku rwego rwa EAC, mu rukino rwa Box.

Iyi ni video ya BBC, isohotse mu gihe ariko yimenyereza, yizeye ko leta y'u Burundi imufasha kuja guserukira igihugu mu nkino mpuza makungu zitegekanijwe mu kw'icumi na rimwe, mu Buhindi.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2OYXJHM
via IFTTT

No comments:

Post a Comment