U Burundi na ONU mu ntambara y’amajambo

Umukuru w'akanama ka Onu kajejwe agateka ka zina muntu Michelle Bachelet yarerekanye agashavu ku musi wa kane atewe n'ivyashikirijwe n'uwuserukira Uburundi muri Onu agereranya umukuru w'uwujejwe amatohoza ku Burundi nk'uwugira urudandazwa rw'abaja.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2SkP4gP
via IFTTT

No comments:

Post a Comment