Mu Burundi haratanguye kwibonekeza ingaruka zivuye kw'ihagarikwa ry'amashirahamwe yigenga, ONG

Ingingo yo guhagarika amashirahamwe mpuzamakungu yigenga mu kiringo c’amezi atatu iherutse gufatwa n’inama nkuru y’umutekano mu Burundi itanguye kugira ingaruka

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2qi7jGL
via IFTTT

No comments:

Post a Comment