Ubutegetsi bwa Tanzaniya bugiye kugena umugwi uhiga abakundana basangiye igitsina

Igipolisi ca Tanzaniya camenyesheje ko kigiye kugena umugwi wo guhiga abakundana basangiye igitsina ku mbuga hwaniro, munyuma batabwe mu mvuto.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://www.bbc.co.uk/gahuza/amakuru-46044041
via IFTTT

No comments:

Post a Comment