Abanyapolitike Ntibabona Kimwe Icegranyo Cashikijwe Umuhuza

Inyuma y’aho imishikirano y’incuro igira gatanu irangiriye I Arusha mu gihugu ca Tanzania ku musi wa mbere, maze umwunganirizi Benjamin Mkapa yahoze atwara igihugu ca Tanzania agataza kw’ar’imishikirano ya nyuma ahagarariye, abarundi batari bake barabandanya gushikriza ivyiyumviro vyabo kur’iyo mishikirano hamwe no ku cokwirikira: Frederic Bamvunginyumvira, yigeze kuba vice prezida w’Uburundi, ahurukiye mu mugambwe Sahwanya Frodebu yabwiye Ijwi rya Amerika ukuntu yabonye iyo mishikirano:   Naho Reta y’Uburundi itari yitavye iyo mishikirano, yarakwirikrianye urwandiko rwashikirijwe n’abari bitavye iyo mishikirano, ahanini batavuga rumwe na reta: Ntahorwamiye aratangura avuga uko reta yabonye urwandiko rwashikirijwe umwunganirizi, Mkapa.  

from Voice of America https://ift.tt/2ETKdR5
via IFTTT

No comments:

Post a Comment