Imishikirano y'Abarundi Yabaye Ingorabahizi

Imishikirano y’ abarundi yatanguye icese ku musi wa kane. Umuhuza mur’iyo mishikirano, Benjamin Mkapa yahoze arongoye igihugu ca Tanzania, yaremeye ko yananiwe guhuriza hamwe abarundi bose, yongera aratangaza kw’iyi ncuro y’ibiganiro igira gatanu, ibaye iya nyuma kuri we. Reta y’Uburundi hamwe n’imigambwe icuditse n’umugambwe uri ku butegetsi, ntiyitavye iyo mishikirano: Abarundi batari bake bariko barashikiriza ukuntu bayibona. Ildephonse Rugema, akwirikiranira hafi politike y’Uburundi akaba kandi ari nawe yashinze umuhari uharanira intwaro ya cami mu Burundi, avuga kw’indyane Uburundi burimwo n’umwikano muke urangwa hagati y'abarundi, biva ahanini kuri kahise ku Burundi: Rugema aratangura avuga uko abo iyo mishikirano.      

from Voice of America https://ift.tt/2PZQRWT
via IFTTT

No comments:

Post a Comment