Ubushikirizamanza bwa Israel bushobora kurega muka Netanyahu

Umushikirizamanza mukuru wa leta ya Israel yabwiye umukenyezi w'umushikiranganji wa mbere Banjamin Netanyahu ko ashobora gukwirikiranwa n'ubutungane, aregwa gukoresha nabi amafranga ya leta

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2wPAS58
via IFTTT

No comments:

Post a Comment