Abatwa Bahagurukiye Igiterwa c’ikawa I Muyinga mu Burundi

Radio ijwi ry’Amerika ryaragendeye bamwe mu batwa 7 bazwi nk’abarimyi b’ikawa muri commune ya Gasorwe mu ntara ya Muyinga. Abo batwa bavuga ko bikibagoye ko bashobora gukorera ikawa neza kuko basanzwe bakenye. Ivyemezwa nabarongoye intwaro n’ababakurikirana buri munsi muri ico gisata c'ikawa.

from Voice of America http://ift.tt/2xLuPk4
via IFTTT

No comments:

Post a Comment