Burundi: Abantu babiri bishwe bazira amatati y'amatongo

Mu Burundi abantu babiri baraye bishwe uwundi umwe arakomereka cane muri komine Butezi mu ntara ya Ruyigi iri mu buseruko bw'Uburundi

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2wOLUaF
via IFTTT

No comments:

Post a Comment