Uburundi bwashize abakozi ku mupaka mu guhangana na Ebola

Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu mu Burundi bwamenyesheje ko bumaze gushira abakozi n'ibikoresho ku mupaka, mu ntumbero yo kuzitira ikiza ca Ebola.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2RG4ew3
via IFTTT

No comments:

Post a Comment