Nyuma y'aho umugambwe wiwe wankiwe kwemezwa, Rwasa avuga ko ata wundi uriho bisangiye izina

Umunyapolitike Agathon Rwasa atavuga rumwe n’ubutegetsi bw'u Burundi yahaye ikete ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati yishura ku kwanka kwemeza umugambwe FNL Amizero y'Abarundi

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2RKrZTu
via IFTTT

No comments:

Post a Comment