Melania Trump asaba ko umufasha mu gisata c'umutekano Mira Ricardel yirukanwa

Umupfasoni wa mbere muri Amerika, Melania Trump, yasavye ko umuhanuzi wa Perezida Donald Trump ku bijanye n'umutekano w'igihugu ahagarikwa mu mabanga.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2DkKM3Y
via IFTTT

No comments:

Post a Comment