Abatavuga rumwe na reta ya Congo bagiye guhurira i Geneve mu matora y'umukandida umwe

Abatavuga rumwe na reta ya RD Congo bategekanya guhwanira i Geneve ku wa kane kugira batore uwuzobaserukira mu matora y'umukuru w'igihugu yo ku wa 23 ukwezi kwa cumi na kabiri.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2yRqLPx
via IFTTT

No comments:

Post a Comment