Umugambwe wa MDC Alliance uvuga ko Chamisa yatsinze Mnangagwa muri Zimbabwe
Umugambwe utavuga rumwe na reta MDC Alliance uvuga ko umugambwe uri ku butegetsi wa Zanu-PF uriko uragerageza guhindura ivyavuye mu matora y'umukuru w'igihugu.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2n1jZ3r
via IFTTT
No comments:
Post a Comment