Menya akamaro ko kwonsa umwana mu ndwi yahariwe ukwonsa kw'isi

Mu gihe isi yose iriko irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe ukonsa umwana, harasabwa ko abavyeyi bahimirizwa kwonsa abana babo amaberebere ya mbere.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2M1nbKg
via IFTTT

No comments:

Post a Comment