Abantu batatu bishwe inzu nyinshi ziraturirwa n'abikekwa kuba abagwanyi ba al-shabab i Maleli, mu ntara ya Lamu muri Kenya, nk'uko vyandikwa n'ikinyamakuru cigenga ca Standard
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2xa6P76
via IFTTT
No comments:
Post a Comment