RD Congo yahaye amasaha 48 uwuserukira u Buraya ngo abe yayiviriye ku butaka

Mw'ikete ryanditswe ku munsi wa Kane, umushikiranganji w'imigenderanire n'amakungu She Okitundu "yasavye ashimitse Umuryango w'ibihugu vya Buraya gutahukana mu masaha 48 uwuwuhagarariye muri RD Congo."

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://bbc.in/2ETuK1Y
via IFTTT

No comments:

Post a Comment