Igipolisi kivuga ko umushikiranganji wa mberewa Isirayeli, Netanyahu akwiye gukurikiranwa ku biturire?
Igipolisi ca Isirayeli casavye ko umushikiranganji wa mbere Benjamin Netanyahu hamwe n'umupfasoni wiwe Sara bakurikiranwa kubera magendo hamwe n'ibiturire.
from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2KM2MFZ
via IFTTT
No comments:
Post a Comment