Buyoya agabisha ko amacakubiri y'amoko ashobora kwaduka kandi kubera umutahe yarungikiwe

Mw'itangazo yashize ahabona inyuma yo kurungikirwa umutahe mpuzamakungu yagirizwa uruhara yagize mw'igandagurwa rya prezida Ndadaye, uwahoze arongoye Uburundi Pierre Buyoya avuga ko amacakubiri y'amoko ashobora gusubira kwaduka.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2rdqpyu
via IFTTT

No comments:

Post a Comment