Perezida Kagame arasabwa kutakira abirukanywe na Israel

Amashirahamwe indwi aharanira agateka ka zina muntu muri Israel, yandikiye umukuru w'iguhugu w'Urwanda Paul Kagame, amusaba ko igihugu ciwe kitokwakira abantu birukanywe muri Israel.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2iW0lnP
via IFTTT

No comments:

Post a Comment