Ushobora gute kuraba umupira w'amaguru utabona kandi utumva? Raba uyu mufana wa Colombia..

Ushobora gute kuraba umupira w'amaguru utabona kandi utumva? Uyu mufana wa Colombia arabikora, mu gihe amaze imyaka 9 ahumye anapfa amatwi kubera indwara.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2Kxpe8X
via IFTTT

No comments:

Post a Comment