Igipolisi ca Uganda kivuga ko ata muntu n'umwe gifata kimuhora kuba Umunyarwanda, ngo haba hari impamvu

Igipolisi ca Uganda kivuga ko ata muntu n'umwe gifata kimuhoye ubwoko canke ubwenegihugu, ngo abafatwa bose baba bakekwako ivyaha ngo kandi hariho n'abanye Uganda bafatwa

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2LQoNGE
via IFTTT

No comments:

Post a Comment