Uwuharanira agateka ka muntu mu Burundi yakatiwe imyaka 32

Germain Rukuki wo mw'ishirahamwe ry'agateka ka zina muntu mu Burundi yakatiwe igipfungo cy'imyaka 32 nyuma yo kwifatanya n'abatavuga rumwe na leta mu kwiyamiriza Prezida Nkurunziza

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2r3gxa1
via IFTTT

No comments:

Post a Comment