Uruhagarara ni rwose ku rubibe rwa Isiraheli na Palestine

Amakuru avuga ko hari uruhagarara rudasanzwe mu kibanza c'urubibe mu gace ka Gaza, ahantu Isiraheli yakomeje cane umutekano, ibihumbi vy'abanye Palestine bakaba bahahure mu myiyerekano

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2pSPOwj
via IFTTT

No comments:

Post a Comment