Onu yipfuza itohoza ku bwicanyi buherutse ku rubibe rwa Gaza na Israel

Umunyamabanga mukuru wa Onu, Antonio Guterres yasavye ko hakogwa amatohoza ataho yegamiye inyuma yaho ubutegetsi bwa Palestine buvugiye ko hari abanye Palestina 16 biciwe mu makimbirane n'abasirikare ba Israeli ku munsi wa Gatanu.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2GYcXp4
via IFTTT

No comments:

Post a Comment