Igisagara caminuje mu gushurashuza abagore ku nguvu muri Norvège

Tysfjord, ni igisagara co muri Norvège kibamwo abantu 2000 gusa ariko kimaze gukoregwamwo amabi yo gushurashuza abagore n'abakobwa ku nguvu incuro zirenga 150.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro https://ift.tt/2ulVuEs
via IFTTT

No comments:

Post a Comment