Ronald Dlamini ni umuteramakofe wo muri Afrika y'epfo afise ubumuga bwo kutabona

Ronald Dlamini ni umuteramakofe wo muri Afrika y'epfo afise ubumuga bwo kutabona, akaba afasha abandi nkawe kumenya kwirwanako.

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2ozeUQ1
via IFTTT

No comments:

Post a Comment