Kafando avuga ko ibiganiro vy'Abarundi bikwiye kubandanya

Intumwa idasanzwe ya ONU mu Burundi, Michel Kafando, avuga ko ibiganiro bikwiye kubandanya hagati ya leta n’abo batavuga rumwe kugira amatora y’ibwirizwa shingiro n’ayo mu 2020 agende neza

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2CLDRwK
via IFTTT

No comments:

Post a Comment