Abaregwa gutuka umukuru w'igihugu muri Tanzania bapfunzwe

Abantu babiri batavuga rumwe na leta ya Tanzania bakatiwe gupfungwa amezi atanu umwe umwe, bagiriwe n'icaha co gutuka umukuru w'igihugu John Magufuli

from BBC Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro http://ift.tt/2CGKuQR
via IFTTT

No comments:

Post a Comment